Luka 8:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ishengero ryinshi rirakorana, kand’ abāvuye mu bisagara vyose baza kuri we, abacira umugani, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Umusi umwe, abantu isinzi bakorana bavuye mu bisagara bitandukanye, maze Yesu abacira uwu mugani ati: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |