Luka 8:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kandi hār’ umukuku w’ingurube nyinshi zirisha kur’ uwo musozi; baramwinginga ngw abemerere kuzinjiramwo: arabemerera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Hafi y’aho hari umukuku w’ingurube nyinshi zari ziragiwe ku musozi. Abo badayimoni binginga Yesu ngo abarungike muri izo ngurube, maze arabemerera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ūkerera inka, ahwanye n’uwica umuntu; ūtanga umwagazi w’ intama kw ikimazi, ahwanye n’ ūvuna imbga izosi; ūshikana ishikanwa ry’amafu, ahwanye n’ ūzanye amaraso y’ingurube; uwosa imibavu, ahwanye n’ūhezagira ikigirwamana. N’ukuri koko bitoranirije inzira zabo ubgabo, imitima yabo ihimbarwa n’ ibizira vyabo vy’ubuyobe.