Luka 8:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arababaza, ati Mbeg’ ukwizera kwanyu kuri hehe? Baratinya baratangara, barabazanya, bati Mbeg’ uyu n’umuntu ki, kw abarira n’umuyaga n’amazi bikamwumvira? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yesu aca abaza ba bigishwa ati: “Ukwizera kwanyu kuri he?” Maze baratangara, bagira n’ubwoba bwinshi, batangura kubazanya bati: “Mbega uwu ni umuntu ki? Ategeka umuyaga n’amazi kandi bikamwumvira!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |