Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 8:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Kukw ata canyegejwe kitazozanwa ahabona, cank’ icagizwe ibanga kitazomenyekana kikaja ahabona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Kuko ata canyegejwe kitazonyegururwa, kandi ata cagizwe ibanga kitazomenyekana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 8:17
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nah’ inzigo yiwe yokwipfukapfukisha ubugunge, Ukugabitanya kwiwe kuzokwerekanirwa imbere y’ ishengero.


Kukw Imana izoshira igikorwa cose mu rubanza, bo n’ikintu cose gihishijwe, ari kibi ari ciza.


Nuko ntimuze mubatinye, kukw ata catwikiriwe kitazotwikururwa, canke kinyegejwe kitazomenyekana.


Kukw ata canyegejwe kitazoserurwa, cank’ icagizwe ibanga kitazoja ahabona.


Ni co gituma mudakwiye guca urubanza rw’ikintu na kimwe igihe carwo kitarashika, ni co kuza kw’Umwami wacu, azomurika ivyari vyanyegejwe mu mwiza, kand’ azogaragaza inama zo mu mitima: ni ho umuntu wese azohabga n’Imana ishimwe rimukwiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ