Luka 7:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 ni co catumye niyumvira ko bitambereye ko noza ah’ uri: ariko vuga ijambo gusa, uwo muhungu arakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Simbereye no kuza aho uri ngo duhure. Ariko vuga ijambo rimwe gusa, umukozi wanje arakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |