Luka 7:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Yesu ajana na bo. Atakiri kure y’inzu, wa mugabisha amutumakw incuti ziwe, ati Mugenzi, nturinde kwigora, kuko bitambereye ko winjira mu nzu yanje: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Yesu aca ajana na bo. Ari hafi yo gushika, wa musoda aca arungika abagenzi biwe ngo baje kumubwira bati: “Mwami, ntiwirirwe urigora, kuko ntibimbereye kukwakira mu nzu yanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |