Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 7:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Maz’ abasangira na we batangura kwibaza, bat’ Uyo ni nde, kw aharira n’ivyaha?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Abandi batumire baca batangura kubazanya bati: “Mbega uwu ni nde, aho yubahuka kuvuga ko aharira abantu ivyaha?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 7:49
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Yesu acicaye mu nzu arikw ararya, haza benshi mu batozakori n’abanyavyaha, basangira na Yesu n’abigishwa biwe.


Bamwe mu banyabgenge b’ivyanditswe baribgira, bat’ Uyo ararogose.


bati N’iki gitumye uyo avuga artyo? Ararogose: ni nde ashobora guharira ivyaha, atar’ umwe, ni we Mana?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ