Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 7:45 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Ntiwansomye; arik’ uyu uhereye aho ninjiriye ntiyasizeho kunsomagura ibirenge.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Ntiwangumbiriye mu kundamutsa, ariko kuva ninjira ntahengeshanya kunsomagura ku birenge.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 7:45
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yakobo agūmbīra Rakeli, araheza araturika ararira.


Esau ariruka aramusanganira, amugwa mu gikiriza, amurenganyakw amaboko, aramugūmbīra: baca bararira.


Kand’ iyo hagize ūmwunamira ngw amuramutse, yarāmvura ukuboko akamufata akamugumbira.


Nukw abantu bose bajabuka Yorodani; n’umwami na we arajabuka. Maz’ umwami agumbira Baruzilayi, aramuhezagira; aca yisubirira i we.


Arik’ ūmugura yari yabahaye ikimenyetso, at’ Uwo nja gusoma azoba ari we; mumufate.


Muramukanishe kugumbirana kwera. Amashengero ya Kristo yose arabaganūtsa.


Bene Data bose barabaganūtsa. Muramukanishe kugumbirana kwera.


Namwe ba se, ntimukaratse abana banyu, ariko mubarere, mubahana mubahanūra, uk’ Umwami wacu agomba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ