Luka 7:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Wa Mufarisayo yamuhamagaye abibonye, aribgira, at’ Uyu muntu iy’aba ūvugishwa n’Imana, yari kumenya uyu mugore amukozeko, ukw ari kand’ ukw asa, kw ar’ umunyavyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Wa Mufarisayo yamutumira abibonye, atangura kwivugana mu mutima ati: “Iyaba uwu muntu yari uwuvugishwa n’Imana, yari kumenya uwuriko aramukorako, akamenya uwu mugore uwo ari we, ko ari umunyavyaha.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |