Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 7:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Basa n’abana bicaye mu kaguriro bahamagarana, bati Twavugije imyironge, ntimwahamiriza; twakomye induru, ntimwarira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Bameze nk’abana bicaye ku mbuga, bahamagara bagenzi babo bakababarira bati: ‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro, ntimwarira.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 7:32
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igipfu bikimariye iki kugira ibiguzi mu ntoke ngo kigure ubgenge, Kandi kitagira umutima?


Kandi ku murwa hazoba huzuye abahungu n’abakobga bakinira ku bibuga vyo kuri wo.


Nko kw isaha zitatu aragenda, abona abandi bīhagarariye mu kaguriro ata co bakora.


Nukw abantu b’iki gihe ndabagereranya n’iki, kandi basa n’iki?


Yohana Umubatizi yaje atarya umutsima, atanywa vino, mugira mut’ Ahagazweko na dayimoni.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ