Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 7:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Yumvise inkuru ya Yesu, amutumakw abashingantahe b’Abayuda kumwinginga, ngw aze gukiza umushumba wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yumvise inkuru za Yesu, aca arungika bamwe mu bakuru b’Abayuda, ngo bamwinginge aze akize umukozi wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 7:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ashitse i Kaperinawumu, haza umugabisha w’abasoda ijana, aramwinginga,


Hāriy’ umugabisha w’abasoda ijana, umushumba wiwe akunda cane yar’ arwaye, ari ku mpfiro.


Na bo bashitse aho Yesu ari, baramwinginga cane, bati Birabereye k’umugirira urtyo,


Maze haza umuntu yitwa Yayiro, umukuru w’isinagogi: yitembagaza imbere y’ibirenge vya Yesu, aramwinginga ngw aze i muhira i we,


Kand’ umugabo wo muri bo avuga n’ijwi rirenga, ati Mwigisha ndakwinginze, ndābira umwana, kuko namuvyaye ar’ ikinege,


uyo yumvise ko Yesu avuye i Yudaya ashitse i Galilaya, aza kuri we, aramwinginga ngw amanuke gukiza umwana wiwe, kuko yari ku mpfiro.


Ndakwitwayeko ku mwana wanje Onesimo uwo navyariye mu minyororo yanje,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ