Luka 7:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kand’ abantu bose n’abatozakori bumvise Yohana bemeye ukugororoka kw’ Imana, kuko bābatijwe na Yohana: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe29 (Maze abantu bose, harimwo n’abatozakori, bumvise ayo majambo ya Yesu, baca baremera ko inzira z’Imana zigororotse, kuko bari babatijwe na Yohana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |