Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 7:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ndababgire, Mu bāvyawe n’abagore nta wuruta Yohana: arik’ umutoya mu bgami bg’Imana aramuruta.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ndababwire ukuri, mu bantu bose bavyawe n’abagore, nta wungana na Yohana; ariko umuntu mutoya musi y’abandi mu Bwami bw’Imana arahambaye kumuruta.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 7:28
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ndababgire ukuri: Mu bāvyawe n’abagore ntihigeze kuboneka umuntu aruta Yohana Umubatizi. Arik’ umutoya mu bgami bgo mw ijuru aramuruta.


Mur’ iyo misi haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bg’i Yudaya,


Yohana ababarira bose, ati N’ukuri jeho ndababatirisha amazi, ariko hazoza ūndusha ubushobozi, ntibimbereye no gupfundurura utugozi tw’inkweto ziwe: uyo azobabatiza muri Mpwemu Yera no mu muriro.


Uyo ni we yanditswe, ng’ Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira imbere yawe.


Kand’ abantu bose n’abatozakori bumvise Yohana bemeye ukugororoka kw’ Imana, kuko bābatijwe na Yohana:


arababgira, at’ Ūzokwākīra aka kana mw izina ryanje, azoba anyakiriye; kand’ ūnyakīra aba yākiriye uwantumye: kuk’ umuto muri mwebge hanyuma ya mwese ari we mukuru.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ