Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 7:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Abo bagabo bamushikiriye, baramubgira, bati Yohana Umubatizi yakudutumyeko, ngo Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Bashikiriye Yesu bamubwira bati: “Yohana Umubatizi adutumye ngo tukubaze: ‘Woba uri umwe yategerezwa kuza, canke turindire uwundi?’ ”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 7:20
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mur’ iyo misi haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bg’i Yudaya,


Yohana ahamagara babiri mu bigishwa biwe, abatuma ku Mwami Yesu, ati Muti Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi?


Mur’ ako kanya akiza benshi indwara n’ivyago n’impwemu mbi; n’impumyi nyinshi arazihumūra.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ