Luka 7:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Uwari yapfuye aravyuka, aricara, atangura kuvuga; Yesu amuha nyina. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Wa muhungu yari yapfuye aravyuka, atangura kuvuga, Yesu aca amusubiza nyina. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |