10 Abātumwe basubiye mu nzu, basanga wa mushumba akomeye.
10 Maze bamwe bari batumwe baragaruka, basanga wa mukozi yakize.
Buno Yesu aramwishura, at’ Ukwizera kwawe ni kwinshi nyina wanje: bikubere nk’uk’ ugomba. Umukobga wiwe aca akira uwo mwanya.
Yesu abgira uwo mugabisha, at’ Igīre, bikubere nk’uko wizeye. Nuko wa muhungu akira uno mwanya.
Yesu aramwishura, at’ Uvuze uti Namba wobishobora? Erega vyose bishobokera uwizeye.
Hashize igihe gitoya, aja mu gisagara citwa Nayini: abigishwa biwe n’ishengero ryinshi bajana na we.
Yesu yumvise ivyo, aramutangarira, ahindukirira ishengero rimukurikiye, ati Ndababgire, Sinaribgabone ukwizera kungana gurtyo no mu Bisirayeli.