Luka 6:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Na we amenya ivyo biyumvira; abarira uwo muntu anyunyutse ukuboko, ati Va hasi, uhagarare hagati. Ava hasi, arahagarara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko Yesu amenye ivyo biyumvira mu mitima, aca abarira wa mugabo akongataye ukuboko ati: “Haguruka uhagarare hano imbere y’ishengero!” Nuko arahaguruka, ahagarara imbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |