Luka 6:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo baramugenza ngo barābe kw akiza kw isabato, ngo baronke ingene bomurega. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe baca bamushinga ijisho kugira ngo barabe ko amukiza, maze bace bamwagiriza ko yakijije umuntu kw’Isabato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |