Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 6:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Kandi ni mwagurana abo muziga ko bazobaguranura, muzoshimwa iki? Abanyavyaha na bo bagurana abandi banyavyaha, ngo baguranurwe nk’ivyabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Nimwagurana abo mwizeye ko bazobasubiza bonyene, muzoba murushije iki abandi? Mbega abanyavyaha bo ntibagurana abo bizeye ko bazobasubiza yose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 6:34
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ūgusaba, umuhe, ūgomba kukugurana, ntumutere ibitugu.


Kandi ni mwagirira neza ababagirira neza, muzoshimwa iki? Kukw abanyavyaha na bo bagira bartyo.


Ariko mukunde abansi banyu, mubagirire neza, mugurane abantu, mutaziga ko muzoguranurwa; kand’ impēra zanyu zizoba nyinshi, namwe muzoba abana b’Īsumba vyose; kukw igirira neza intashima n’ababi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ