Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 6:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Yesu na we arababaza, ati Nta ho murasoma iki, ico Dawidi yakoze, aho yar’ ashonje, asonzanye n’abari kumwe na we;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 6:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we arabishura, ati Nta ho murasoma yuk’ uhereye mbere na mbere Rurema yabaremye bar’ uburyo bubiri,


baramubaza, bat’ Urumva ivyo bavuga? Yesu arabishura, at’ Ego me; nta ho murasoma, ngo Mu kanwa k’abana bato n’abonka waroranijemw’ ishimwe?


Yesu arababaza, ati Nta ho murasoma mu vyanditswe, ngw Ibuye abubatsi bāgaye Ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka: Ivyo vyavuye k’Uhoraho, Kandi n’igitangaza mu maso yacu?


Arikw ivyo kuzuka kw’abapfuye nta ho murasoma ico Imana yababgiye,


Amaze imisi mirongwine n’amajoro mirongwine yisonzesheje, abona gusonza.


Mbega nta ho murasoma iki canditswe, ngw Ibuye abubatsi bāgaye Ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka;


Arikw ivy’ abapfuye yuko bazurwa, nta ho murasoma mu gitabo ca Mose hamwe havuga ivy’ Igisaka c’amahwa, ingen’ Imana yamubgiye, iti Ni jewe Mana ya Aburahamu, Imana ya Isaka, Imana ya Yakobo?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ