Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 6:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Kandi n’abababazwa n’impwemu zihumanye barakizwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 bazanywe no kumwumviriza no kugira ngo abakize ingwara. Nuko abari baboshwe n’impwemu mbi barakira,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 6:18
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umunyakananikazi ava mu ntāra yaho aratakamba, ati Ngirira imbabazi se Mugenzi, Mwana wa Dawidi: umukobga wanje afashwe nabi na dayimoni.


ati Mwami wanje, girira ikigongwe umwana wanje, kukw arwaye intandara, arasinzikaye cane. Kuko kenshi na kenshi agwa mu muriro no mu mazi.


Amanukana na bo, ahagarara ahateze, kandi hārih’ ishengero ryinshi ry’abigishwa biwe, n’ishengero ryinshi ry’abantu bavuye i Yudaya hose n’i Yerusalemu no mu gihugu co muri Tiro n’i Sidoni gihereranye n’ikiyaga kinini, baje kumwumva no gukizwa indwara zabo.


Kand’ ishengero ryose rigerageza kumukorako, kuk’ ubushobozi bgāmuvamwo bukabakiza bose.


Hakoranira ishengero rivuye no mu bisagara bihereranye n’i Yerusalemu, bazana abarwaye n’abababazwa n’impwemu zihumanye: bakizwa uko bangana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ