Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 6:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Abēraguzamw’ amaso bose, aramubarira, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arabigira, ukuboko kwiwe kurakira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Nuko Yesu arabitegereza bose, maze abwira wa muntu ati: “Gorora ukuboko kwawe!” Akugoroye, guca kurakira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 6:10
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami abarira uwo muntu w’ Imana, at’ Inginga Uhoraho Imana yawe ampangaze, unsabire, ukuboko kwanje gukire. Nuk’ uwo muntu w’Imana yinginga Uhoraho, ukuboko kw’umwami kurakira, gusubira kumera uko kwahora.


Arungika ijambo ryiwe, akabakiza indwara, Akabakiza kuja mu vyobo vyabo.


Aberaguzamw’ amaso, aratse, ababazwa n’ukw imitima yabo ikomantaye, abarira uwo muntu, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arakuramvura, kurakira.


Ariko bo birabasaza rwose, baja inama y’ico bogira Yesu.


Yesu arababgira, ati Ndababaze: mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato, canke n’ugukora ibibi; gukiza umuntu, canke kumwica?


Yesu aramubgira, ati Va hasi, ikorere ikirago cawe, ugende.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ