Luka 5:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Bākura abagenzi babo bāri mu bundi bgato, ngo baze babafashe: baraza, buzuza amato yompi, agomba kudobera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Baca bahamagara bagenzi babo bari mu bundi bwato ngo baze babafashe, maze buzuza ubwato bwabo bwompi gushika aho butangura kwibira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |