Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 5:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ahejeje kuvuga, abarira Simoni, at’ Igira mw idamba, muterere insenga zanyu murobe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ahejeje kwigisha, abarira Simoni ati: “Nimuterere insenga zanyu hagati mu kiyaga, murobe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 5:4
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko twoye kubatsitaza, genda ku kiyaga, uteremw’ igera, wābīre ifi iribubanze gufatwa, uyasamike, urasangamwo shekeli; abe ari yo ujana, uyitange kubganje nawe.


Simoni aramwishura, at’ Erega Mwigisha, twakesheje ijoro ryose twātamye, nta co twafashe: ariko kubg’ ijambo ryawe ndaterera insenga.


Arababgira, ati Ni muterere urusenga i buryo bg’ubgato, muraronka. Nuko baraterera, ntibāba bakibasha kurukwega, kukw ifi zar’ isinzi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ