Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 5:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kandi nta wotara umutobe wa vino mu mikuza y’insato ibōmbōtse; kuko vino yoturitsa iyo mikuza, igashirira hasi, imikuza igapfa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Ni nk’uko ata wosuka umuvinyu mushasha mu mukuza w’urushato ushaje. Abigize uko, uwo umukuza womeneka, umuvinyu ugaseseka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 5:37
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko mpindutse nk’umukuza w’urusato umanitswe ku mwotsi; Ariko sinibagira ivyo washinze.


Nta wotara umutobe wa vino mu mikuza y’insato ibōmbōtse: imikuza yoturika, vino igashirira hasi, imikuza igapfa. Arik’ umutobe wa vino bawutara mu mikuza misha, vyompi bikarama.


Kand’ abacira umugani, ati Nta wotabura ikiremo ku mpuzu nsha, ngw acomeke ku mpuzu y’umushire: uwogira artyo yoba atabuye nsha, kand’ ikiremo atabuye kuri nsha nticomatana n’iy’ umushire.


Arikw igikwiye n’ugutara umutobe wa vino mu mikuza misha.


kandi n’iyi mikuza twayitēkeyemwo vino ikiri misha, non’ ehe rāba iratabaguritse; ehe n’iyi myambaro n’inkweto vyadushiriyeko kubg’ urugendo rurerure.


bagira inama y’ubgenge, baragenda batēkera impamba mu magunira y’imishire, baziremēka indogoba zabo, bo n’imikuza y’insāto ya vino y’imishire, yatabutse, isanikiriye;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ