Luka 5:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Atambukira mu bgato bumwe, bgar’ ubga Simoni, aramusaba ngw abgigizeyo buve ku nkombe gatoya: aricara, yigisha ishengero, ari mu bgato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nuko yinjira muri bumwe; ubwo na bwo bwari ubwa Simoni, amusaba ngo abwigize mu mazi kure y’isi gato, na we abwicaramwo, atangura kwigisha abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |