28 Asiga vyose, ava hasi, aramukurikira.
28 Lewi aca ava hasi, aramukurikira.
Bahejeje gushikana amato yabo ku nkombe, basiga vyose, baramukurikira.
Lewi amurondereza izimano ryinshi mu nzu yiwe: kandi hār’ abantu benshi b’abatozakori n’abandi bicaranye na bo basangira.