Luka 5:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ariko kugira ngo mumenye k’Umwana w’umuntu afise ububasha mw isi bgo guharira ivyaha — abgira ico kimuga, ati Ndakubariye, nti Vyuka, wikorere inderuzo yawe, utahe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ariko nshaka ko mumenya ko Umwana w’Umuntu afise ububasha kw’isi bwo guharira ivyaha.” Aca ategeka wa muntu akongataye ati: “Haguruka, ikorere ikirago cawe witahire.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |