Luka 5:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Babuze aho bocinjiriza kubg’ ishengero, būrira hejuru ku nzu, bagicisha mu mategura ayisakaye, bacururutsa mu nderuzo hagati y’abantu imbere ya Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Babonye ko badashobora kwinjira kubera ubwinshi bw’abantu, baca burira hejuru ku nzu, basambura aho bacisha ca kirago aryamyeko, bacururukiriza hagati mu bantu, gitumbereye imbere ya Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |