Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 5:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maze haza abagabo bazanye ikimuga, bagiteruye mu nderuzo, barondera ingene bacinjiza ngo bagishire imbere yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko haza abantu bateruye umuntu akongataye ku kirago, barondera ingene bomwinjiza mu nzu ngo bamuryamike imbere ya Yesu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 5:18
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Inkuru yiwe ikwira i Siriya hose, bamuzanira abarwaye bose bātewe n’indwara zitari zimwe n’ibibasheshereje, n’abinjiwemwo n’abadayimoni, n’abarwaye intandara, n’ibimuga; arabakiza.


Ariko kugira ngo mumenye k’Umwana w’umuntu afise ububasha mw isi bgo guharira ivyaha — abgira ico kimuga, ati Ndakubariye, nti Vyuka, wikorere inderuzo yawe, utahe.


asangay’ umuntu yitwa Ayineya, yar’ amaze imyaka munani avunda mu buriri, kuko yari yaramugaye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ