Luka 5:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Aramwihanikiriza, ngo ntagire umuntu abibarira, at’ Ariko genda, wiyereke umuherezi, utange ivy’ uguhumanurwa kwawe, nk’uko Mose yabgirije, bibe ikimenyetso kibabere icabona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Yesu aca aramwihaniza ati: “Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ariko genda umuherezi agusuzume, hanyuma utange ikimazi Mose yashinze ko uwuhumanutse atanga, kugira ngo bibabere ikimenyetso ko wahumanutse.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |