Luka 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Na Yakobo na Yohana bene Zebedayo na bo baratangara, bari bafatanije na Simoni. Yesu abgira Simoni, ati Nta co utinya, uhereye none uzoroba abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Bagenziwe, ari bo Yakobo na Yohana bene Zebedayo, bakorana na Simoni. Yesu abwira Simoni ati: “Ntutinye, kuko uhereye ubu, ugiye kuba umurovyi w’abantu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |