Luka 4:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Umurwanizi aramubgira, ati Ndaguha ubu bubasha bgose n’ubgiza bgabgo, kuko jewe nabuhawe, kandi mbuha uwo ngomba wese: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Aramubwira ati: “Ndaguha kuganza ubwo bwami, nguhe n’ubwiza bwabwo bwose, kuko narabuhawe kandi nshobora kubuha uwo nshatse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |