Luka 4:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Maz’ arababgira, ati Nkwiye kuvuga ubutumwa bgiza bg’ubgami bg’Imana no mu bindi bisagara, kukw ari co natumwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Ariko arababwira ati: “Ntegerezwa kuvuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami bw’Imana no mu bindi bisagara na vyo, kuko ari co canzanye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |