Luka 4:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Kandi n’abadayimoni bava muri benshi, basemerera, bat’ Ur’ Umwana w’Imana. Arabazibiza, ntiyabakundira ko bavuga, kuko bāri bazi yukw ari Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe41 N’impwemu mbi ziva mu bantu benshi, zisemerera ziti: “Uri Umwana w’Imana!” Ariko arazikankamira, ntiyazemerera gusubira kuvuga, kuko zari zamenye ko ari Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |