Luka 4:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Kandi ku kirengazuba, abari bafise abarwaye bose barwaye indwara zitari zimwe barabamuzanira. Abarambikakw ibiganza umwe‐umwe, arabakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Izuba ririko rirarenga, bamuzanira abantu bose bafise ingwara zitandukanye, arambika ibiganza kuri umwumwe wese, arabakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |