Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 4:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Amuhagarara i ruhande, akankamira umururumbo, urazima; avyuka uwo mwanya, arabazimana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Yesu aramwegera, ahagarara i ruhande yiwe, akankamira ubwo bushuhe, buca burahera. Ako kanya nyene aca arahaguruka, arabazimana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 4:39
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ivyiza Uhoraho yangiriye vyose Ndabimwishura iki?


Bavuye mw isinagogi, baca bajana na Yakobo na Yohana mu nzu kwa Simoni na Andereya.


Yesu aramuzibiza, ati Hora, muvemwo. Dayimoni amutūye hasi hagati yabo, amuvamwo, atagize ico amugira.


Kandi n’abadayimoni bava muri benshi, basemerera, bat’ Ur’ Umwana w’Imana. Arabazibiza, ntiyabakundira ko bavuga, kuko bāri bazi yukw ari Kristo.


Baraza, baramukangura, bati Mwigisha, Mwigisha, turapfuye! Ari angura, azibiza ingunza n’ugusūriranya kw’amazi: birahora, haba agahwekere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ