30 arikw aca hagati muri bo, arīgīra.
30 Ariko abaca hagati arigira.
Aramanuka aja i Kaperinawumu, igisagara c’i Galilaya: kand’ arikw arabigisha kw isabato,
Nuko bongera kurondera ingene bomufata, abava mu maboko.
Baca batora amabuye yo kumutera, maze Yesu arihisha, ava mu rusengero.
Ijoro rikeye, havyuka imivurungano itari mike mu basoda, kuko bazazaniwe ukuntu Petero yabaye.