Luka 4:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 bava hasi, baramushika bamukūra mu gisagara cabo, bamujana ku manga y’umusozi wubatswekw igisagara cabo, ngo bamutembagarizeyo: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Barahaguruka, bamukwegera inyuma y’igisagara, bamujana hejuru ku musozi ico gisagara cari cubatsweko, kugira ngo bamutembagarize mu manga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |