Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 4:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Kandi hārih’ abanyamibembe benshi mu Bisirayeli mu gihe c’uwavugishwa n’Imana Elisa, ntihākizwa n’umwe muri bo, atari Namani Umusiriya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Kandi hari abanyamibembe benshi muri Isirayeli mu gihe c’uwavugishwa n’Imana Elisa, ariko nta n’umwe yahumanutse imibembe atari Namani Umusiriya.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 4:27
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Har’ uwokwigisha Imana ubgenge, Kand’ ari yo icira imanza abahambaye?


N’iki gituma uyihāririza? Kukw ata co yirirwa isobanura mu vyayo.


Ni nde yayigereye inzira icamwo? Canke ni nde yohangara kuyibarira, ati Wakoze ibitaroranye?


Kand’ ababa kw isi bose ibagereranya n’ubusa, kand’ ikora ukw igomba mu ngabo zo mw ijuru, no mu baba kw isi; kandi nta wushobora kubuza ukuboko kwayo, canke kuyibaza, at’ Ukora iki?


ingene yinjiye mu nzu y’Imana, akarya imitsima y’ibiterekērwa, yar’ umuziro kuri we no ku bāri kumwe na we, ukūye abaherezi bonyene?


Aramvura ukuboko, amukorako, ati Ndakunze, humanuka.


Abo mw isinagogi bose bumvise ivyo barashungumirwa,


Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mw izina ryawe wampaye. Narabashibamyeko, kandi nta n’umwe muri bo yapfuye rubi, atari wa mwana wo gupfa rubi, kugira ngw ivyanditswe bishike.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ