Luka 4:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 yamara Eliya ntiyatumwa kuri n’umwe muri bo, arikw atumwa i Zarefati mu gihugu c’i Sidoni ku mugore w’umupfakazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ariko Eliya ntiyarungitswe ku mupfakazi n’umwe muri bo, atari ku mupfakazi w’i Zerafati mu ntara ya Sidoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |