Luka 4:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Bose baramushima, batangazwa n’amajambo y’igikundiro avuye mu kanwa kiwe, bati Mbeg’ uyu si we mwene Yosefu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Bose baramushima, batangazwa n’amajambo arimwo ubuntu bw’Imana yava mu kanwa kiwe, babazanya bati: “Mbega uwu si wa muhungu wa Yosefu?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |