Luka 4:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Azinga igitabo, agisubiza umusanzi w’inzu, aricara; abantu bose bāri mw isinagogi bamuhanga amaso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ahejeje gusoma, aca azinga wa muzingo w’igitabu, agisubiza uwujejwe kukibika, aca aricara. Abari mw’isinagogi bose bamuhanga amaso cane, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |