Luka 4:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 ageragezwa n’Umurwanizi. Kandi mur’ iyo misi nta co yariye; ishize arasonza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Amara iyo misi ata co arya, maze iheze, yumva arashonje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
ati Genda ukoranirize hamwe Abayuda bose bar’ i Shushani, mwisonzeshe kubganje, mumare imisi itatu ku murango no mw ijoro mutagira ico murya canke munywa; nanje twe n’incoreke zanje tuzokwisonzesha durtyo nyene, mpeze mbone gushika ah’ umwami ari, nah’ ar’ uguca mu cagezwe: kandi namba ndamukiwe no gupfa, mpfe!