Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 4:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Umurwanizi arangije ivy’ amugerageresha vyose, amara igihe amuretse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Satani ahejeje kumugerageza mu buryo bwose, aca amusiga aho, ntiyasubira kumugerageza gushika amuronse akandi karyo keza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 4:13
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Umurwanizi aramureka, kand’ abamarayika baraza, baramukorera.


Yesu aramwishura, ati Vyaravuzwe, ngo Ntukagerageze Uhoraho, Imana yawe.


Maze Yesu asubira i Galilaya, ari n’ubushobozi bga Mpwemu, inkuru yiwe ikwira mu gihugu cose kihakikije.


Sinkivugana namwe vyinshi, kuk’ umwami w’isi ari mu kuza, yamara muri jewe nta kintu ahafise;


Kuk’ umuherezi mukuru dufise, atar’ ūdashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko n’uwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze.


Nuko mugamburukire Imana, ariko murwanye wa Murwanizi, na we azobahunga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ