Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 4:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Yesu aramwishura, ati Vyaravuzwe, ngo Ntukagerageze Uhoraho, Imana yawe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Ntukagerageze Uhoraho Imana yawe.’”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 4:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko bifuriza cane mu bugaragwa, Bageragereza Imana mu karēre.


Hamwe ba sogokuruza banyu bāngerageza, Bakancaca, bakabona igikorwa canje.


Noneh’ abībone ni bo twita abanyehirwe, mber’ abakora ibibi bagirwa abakomeye; ushime bagerageza Imana bagakira.


Yesu aramubgira, ati Vyongeye haranditswe, ngo Ntukagerageze Uhoraho, Imana yawe.


Umurwanizi arangije ivy’ amugerageresha vyose, amara igihe amuretse.


Kandi ntitukagerageze Umwami wacu, nk’uko bamwe bo muri ba bandi bāmugerageje, bakamarwa n’inzoka.


Ntimukagerageze Uhoraho Imana yanyu, nk’uko mwamugeragereje i Masa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ