11 kandi ngo Bazokuramira mu maboko yabo, Ngo kumbure ntutsitare kw ibuye.
11 Bazokurerura mu maboko yabo, kugira ngo ntutsitare kw’ibuye.’”
Kukw azokuragiza abamarayika biwe, Ngo bakuzigame mu nzira zawe zose.
Bazokuramira mu maboko yabo, Woye gutsitara kw ibuye.
aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, ikororere hasi, kuko vyanditswe, ngw Azokuragiza abamarayika biwe, Na bo bazokuramira mu maboko yabo, Ngo kumbure ntutsitare kw ibuye.