Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 3:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Mahalaleyeli mwene Kayinani, Kayinani mwene Enoshi, Enoshi mwene Seti, Seti mwene Adamu, Adamu w’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Kenani mwene Enoshi, Enoshi mwene Seti, Seti mwene Adamu, Adamu akomoka ku Mana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 3:38
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho Imana abumba umuntu mu mukungugu wo hasi, amuhumekera mu mazuru impwemu y’ubugingo; umuntu aca aba ūfise ubugingo.


Adamu yongera kubana n’ umugore wiwe, avyara umuhungu, amwita Seti, ati Kukw Imana inshumbushije urundi ruvyaro mu gishingo ca Abeli, kuko Kayini yamwishe.


Seti na we arahava avyara umuhungu, amwita Enoshi: ico gihe abantu ni ho batanguriye kwambaza izina ry’Uhoraho.


Ariko noneho, Uhoraho, uri Data wa twese; tur’ ibumba, nawe ur’ umubumvyi wacu; twese tur’ igikorwa c’ intoke zawe.


Nowa mwene Lameki, Lameki mwene Metusela, Metusela mwene Henoki, Henoki mwene Yeredi, Yeredi mwene Mahalaleyeli,


Yesu yuzuzwa Mpwemu Yera, ava kuri Yorodani, agendagendeshwa mu bugaragwa na Mpwemu, amaray’ imisi mirongwine,


Kand’ uko ni ko handitswe, ng’ Umuntu wa mbere Adamu yabaye ūfise ubugingo; Adamu wo hanyuma yabaye impwemu itanga ubugingo.


Umuntu wa mbere yandurutse mw ivu, n’uw’ umukungugu: umuntu wa kabiri yandurutse mw ijuru.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ