Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 3:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Meleya mwene Mena, Mena mwene Matata, Matata mwene Natani, Natani mwene Dawidi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Eliyakimu mwene Meleya, Meleya mwene Mena, Mena mwene Matata, Matata mwene Natani, Natani mwene Dawidi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 3:31
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aya ni yo mazina y’abo yavyariye i Yerusalemu: Shamuwa na Shobabu na Natani na Salomo,


Aya ni yo mazina y’abana yavyariye i Yerusalemu: Shamuwa na Shobabu na Natani na Salomo,


Aba ni bo yavyariye i Yerusalemu: Shimeya na Shobabu na Natani na Salomo, abo ukw ari bane yabavyaye kuri Batishuwa umukobga wa Amiyeli;


Kand’ igihugu kizoboroga, umuryango wose ukwawo; umuryango w’inzu ya Dawidi ukwawo, n’abagore babo ukwabo; umuryango w’inzu ya Natani ukwawo, n’abagore babo ukwabo;


Lewi mwene Simeyoni, Simeyoni mwene Yuda, Yuda mwene Yosefu, Yosefu mwene Yonamu, Yonamu mwene Eliyakimu, Eliyakimu mwene Meleya,


Dawidi mwene Isayi, Isayi mwene Obedi, Obedi mwene Bowazi, Bowazi mwene Salumoni, Salumoni mwene Nahasoni,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ