Luka 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Aja mu gihugu cose giherereye kuri Yorodani, yigisha abantu ukubatizwa kwo kwihana ngo bakūrwekw ivyaha: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nuko Yohana aja mu turere twose two hakurya no hakuno y’uruzi Yorodani, yigisha abantu umubatizo wo kwihana ngo babone guharirwa ivyaha vyabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |